Guharura 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko mu mwaka ugira kabiri, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri muri ukwo kwezi+, ca gicu kiraduga kivuye hejuru y’itaberenakulo+ y’Igishingantahe. Nehemiya 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 wewe, mu mbabazi zawe nyinshi, ntiwabahebeye+ mu gahinga. Ya nkingi y’igicu ntiyavuye hejuru yabo ku murango kugira ngo ibayobore mu nzira+, canke ya nkingi y’umuriro mw’ijoro kugira ngo ibaboneshereze inzira bakwiye kujana+.
11 Nuko mu mwaka ugira kabiri, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri muri ukwo kwezi+, ca gicu kiraduga kivuye hejuru y’itaberenakulo+ y’Igishingantahe.
19 wewe, mu mbabazi zawe nyinshi, ntiwabahebeye+ mu gahinga. Ya nkingi y’igicu ntiyavuye hejuru yabo ku murango kugira ngo ibayobore mu nzira+, canke ya nkingi y’umuriro mw’ijoro kugira ngo ibaboneshereze inzira bakwiye kujana+.