Guharura 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Musa abwira Yehova ati: “Kubera iki wakwegeye ikibi umusavyi wawe, kandi kubera iki ntagize ubutoni mu maso yawe, ukandemeka umutwaro w’aba bantu bose+? 1 Samweli 30:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+.
11 Maze Musa abwira Yehova ati: “Kubera iki wakwegeye ikibi umusavyi wawe, kandi kubera iki ntagize ubutoni mu maso yawe, ukandemeka umutwaro w’aba bantu bose+?
6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+.