Itanguriro 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.
7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.