ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kora+ mwene Izihari, Izihari+ mwene Kohati+, Kohati mwene Lewi+, arahaguruka, ari kumwe na Datani+ na Abiramu+ bene Eliyabu+, na Oni mwene Peleti, bene Rubeni+.

  • Guharura 16:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Maze isi yasamika akanwa kayo ibamirana n’ingo zabo be n’abantu bose ba Kora n’ibintu vyose+.

  • Guharura 26:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze isi yarasamitse akanwa irabamira+. Nayo Kora, yapfuye igihe nya koraniro ryapfa, igihe umuriro wayigiza abagabo amajana abiri na mirongo itanu+. Nuko baba ikimenyetso+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika