Abalewi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Musa ahamagara Mishaheli na Elizafani, bene Uziyeli+, sewabo wa Aroni, ababwira ati: “Nimwegere, mutware bene wanyu mubakure imbere y’ahantu heranda, mubajane hanze y’ikambi+.” Guharura 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umukuru w’inzu ya ba sekuru y’imiryango y’Abakohati yari Elizafani mwene Uziyeli+.
4 Nuko Musa ahamagara Mishaheli na Elizafani, bene Uziyeli+, sewabo wa Aroni, ababwira ati: “Nimwegere, mutware bene wanyu mubakure imbere y’ahantu heranda, mubajane hanze y’ikambi+.”