Kuvayo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.”
6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.”