Kuvayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwamara gusubira mu Misiri, uze witwararike gukorera imbere ya Farawo vya bitangaro vyose nashira mu kuboko kwawe+. Nayo jewe, nzoreka umutima wiwe ucike intabarirwa+; kandi ntazorekura abantu banje+. Kuvayo 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nayo jewe, nzoreka umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi nzogwiza koko ibimenyetso vyanje n’ibitangaro vyanje mu gihugu ca Misiri+. Kuvayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+. Abaroma 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, uwo ishaka iramugirira imbabazi+, mugabo uwo ishaka iramureka agacika intabarirwa+.
21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwamara gusubira mu Misiri, uze witwararike gukorera imbere ya Farawo vya bitangaro vyose nashira mu kuboko kwawe+. Nayo jewe, nzoreka umutima wiwe ucike intabarirwa+; kandi ntazorekura abantu banje+.
3 Nayo jewe, nzoreka umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi nzogwiza koko ibimenyetso vyanje n’ibitangaro vyanje mu gihugu ca Misiri+.
15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+.