ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+.

  • Kuvayo 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Maze Musa avuga ati: “Ehe ndavuye iwawe, kandi ndinginga koko Yehova, kandi ibibugu ntibizobura kuva kuri Farawo, ku basavyi biwe no ku bantu biwe ejo. Ariko Farawo ntiyongere gukina mu kutarekura abantu ngo bashikanire ikimazi Yehova+.”

  • Kuvayo 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Musa na Aroni bagarukanwa kwa Farawo, na we ababwira ati: “Genda, mukorere Yehova Imana yanyu+. Hazogenda bande na bande?”

  • Kuvayo 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ako kanya ahamagara+ Musa na Aroni mw’ijoro, maze avuga ati: “Haguruka, mumvire mu bantu, mwe n’abandi bene Isirayeli, mugende, mukorere Yehova, nk’uko mwavuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika