Kuvayo 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Musa aca abwira Yosuwa+ ati: “Dutorere abagabo hanyuma usohoke+, urwane n’Abamaleki. Ejo nzohagarara kw’isonga ry’umurambi, mfise ya nkoni y’Imana y’ukuri mu kuboko kwanje+.”
9 Musa aca abwira Yosuwa+ ati: “Dutorere abagabo hanyuma usohoke+, urwane n’Abamaleki. Ejo nzohagarara kw’isonga ry’umurambi, mfise ya nkoni y’Imana y’ukuri mu kuboko kwanje+.”