ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 105:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Areka umutima wabo urahinduka ngo wanke abantu biwe+,

      Ngo bagire ivy’urwenge ku basavyi biwe+.

  • Matayo 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze Herodi, abonye ko ba bantu baragurira ku nyenyeri bamuhenze arashangashirwa cane, atuma abantu, bica abana bose b’abahungu b’i Betelehemu no mu ntara zaho zose, kuva ku wumaze imyaka ibiri kumanuka, yisunze igihe yari yabaririkije avyitondeye kuri ba bantu baragurira ku nyenyeri+.

  • Ivyakozwe 7:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Uyo yakoresheje urwenge rwa politike mu kurwanya ubwoko bwacu+, ahatira ku karenganyo ba se ngo bashire ahabona inzoya zabo, ngo ntizizigamirwe ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika