Kuvayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze ugende kwa Farawo mu gitondo. Raba! Arasohotse aja ku mazi+! Uze uhagarare ahantu uhura na we iruhande y’inkengera y’uruzi Nili+, kandi uze utware mu kuboko kwawe ya nkoni yahinduka inzoka+.
15 Uze ugende kwa Farawo mu gitondo. Raba! Arasohotse aja ku mazi+! Uze uhagarare ahantu uhura na we iruhande y’inkengera y’uruzi Nili+, kandi uze utware mu kuboko kwawe ya nkoni yahinduka inzoka+.