ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwamara gusubira mu Misiri, uze witwararike gukorera imbere ya Farawo vya bitangaro vyose nashira mu kuboko kwawe+. Nayo jewe, nzoreka umutima wiwe ucike intabarirwa+; kandi ntazorekura abantu banje+.

  • Imigani 28:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+.

  • Ivyakozwe 28:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ngo ntibigere babonesha amaso yabo, ngo bumvishe n’amatwi yabo, baheze bategere bakoresheje umutima wabo, ngo bahindukire, ndabakize+.”’

  • Abaroma 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+.

  • Abaroma 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko rero, uwo ishaka iramugirira imbabazi+, mugabo uwo ishaka iramureka agacika intabarirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika