Kuvayo 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzoshira koko urugabano hagati y’abantu banje n’abantu bawe+. Ejo ico kimenyetso kizoba.”’” Zaburi 76:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Azocisha bugufi umutima w’indongozi+;Arateye ubwoba ku bami bo mw’isi+.