Ivyakozwe 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Muri ico gihe nyene Musa aravuka+, kandi yari mwiza vy’agahebuza imbere y’Imana+. Yonkerezwa amezi atatu mu nzu kwa se. Abaheburayo 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kubera ukwizera, Musa yaranyegejwe n’abavyeyi biwe amezi atatu inyuma y’ivuka ryiwe+, kuko babonye ko nya mwana mutoyi yari mwiza+, ntibatinya itegeko+ ry’umwami.
20 Muri ico gihe nyene Musa aravuka+, kandi yari mwiza vy’agahebuza imbere y’Imana+. Yonkerezwa amezi atatu mu nzu kwa se.
23 Kubera ukwizera, Musa yaranyegejwe n’abavyeyi biwe amezi atatu inyuma y’ivuka ryiwe+, kuko babonye ko nya mwana mutoyi yari mwiza+, ntibatinya itegeko+ ry’umwami.