22 Ni co gituma uhambaye koko+, ewe Mukama Segaba Yehova; kuko ata wundi ariho ameze nkawe+ kandi ata Mana iriho kiretse wewe+, mu zo twumvise n’amatwi yacu zose.
7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+.