Kuvayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Farawo amubwira ati: “Mva imbere+! Kandi uragaba! Ntugerageze kwongera kubona mu maso hanje, kuko umusi wasubiye kubona mu maso hanje uzopfa+.”
28 Nuko Farawo amubwira ati: “Mva imbere+! Kandi uragaba! Ntugerageze kwongera kubona mu maso hanje, kuko umusi wasubiye kubona mu maso hanje uzopfa+.”