Kuvayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Amuramu atwara Yokebedi mushiki wa se amubera umugore+. Araheza amuvyarira Aroni na Musa+. Kandi imyaka y’ubuzima bwa Amuramu yabaye ijana na mirongo itatu n’indwi.
20 Nuko Amuramu atwara Yokebedi mushiki wa se amubera umugore+. Araheza amuvyarira Aroni na Musa+. Kandi imyaka y’ubuzima bwa Amuramu yabaye ijana na mirongo itatu n’indwi.