Kuvayo 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nanje nzobwirizwa kuramvura ukuboko kwanje+, nkubitishe Misiri ibikorwa vyanje vy’agatangaza vyose nzokorera hagati muri yo; maze inyuma y’ivyo azobarekura+. Kuvayo 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Twara imikuku yanyu n’amasho yanyu, nk’uko mwavuze+, mugende. Kandi mutegerezwa kumpezagira.”
20 Nanje nzobwirizwa kuramvura ukuboko kwanje+, nkubitishe Misiri ibikorwa vyanje vy’agatangaza vyose nzokorera hagati muri yo; maze inyuma y’ivyo azobarekura+.