ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nimukureho umwambiro ushaje+, kugira mube irobe rishasha, nk’uko mutagiramwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu+ we pasika*+ yacu yaratanzweko ikimazi+.

  • Abanyefeso 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+.

  • Abaheburayo 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kubera ukwizera yarahimbaje pasika*+ na kwa kumija amaraso+, kugira ngo umuranduzi ntakore ku mfura zabo+.

  • 1 Petero 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 hisunzwe ukumenya imbere y’igihe kw’Imana ari yo Data+, mu kwezwa n’impwemu+, kugira ngo bagamburuke kandi bamijagirwe+ amaraso ya Yezu Kristu+:

      Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika