Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” Abaroma 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Rero, ubu ko tumaze kwitwa abagororotsi biciye ku maraso yiwe+, tuzorushiriza gukizwa uburake biciye kuri we+. Abaheburayo 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kubera ukwizera yarahimbaje pasika*+ na kwa kumija amaraso+, kugira ngo umuranduzi ntakore ku mfura zabo+. 1 Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
9 Rero, ubu ko tumaze kwitwa abagororotsi biciye ku maraso yiwe+, tuzorushiriza gukizwa uburake biciye kuri we+.
28 Kubera ukwizera yarahimbaje pasika*+ na kwa kumija amaraso+, kugira ngo umuranduzi ntakore ku mfura zabo+.
7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.