-
Abalewi 23:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Mugabo muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, imisi indwi. Ku musi ugira indwi hazoba ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.’”
-