6 “‘Kandi ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi, ni umusi mukuru wa Yehova w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Mu misi indwi mukwiye kurya udutsima tutarimwo umwambiro+.
21 “‘Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, muze mugire pasika*+. Ni umusi mukuru umara imisi indwi: haze haribwe udutsima tutarimwo umwambiro+.