-
Abalewi 14:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Ya nyoni nzima na yo aze ayitore be na ca giti c’isederi na ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya ezobu, aheze abijobekane na ya nyoni nzima mu maraso ya ya nyoni yicirwa hejuru y’amazi atemba.
-