ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi uze ubwire umuhungu wawe kuri uwo musi uti: ‘Ni kubera ivyo Yehova yangiriye igihe nava mu Misiri+.’

  • Gusubira mu vyagezwe 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kandi uze uyashimangire mu mwana wawe+ wongere uyage ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe, n’igihe ugenda ku nzira, n’igihe uryamye+, n’igihe uvyutse.

  • Yosuwa 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kugira ngo ivyo bibe ikimenyetso hagati muri mwebwe+. Abana banyu nibababaza mu gihe kizoza bati: ‘Kubera iki mufise aya mabuye+?’,

  • Zaburi 78:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Kugira ngo iyaruka ryoje, ari bo bana bari kuvuka, ribimenye+,

      Bahaguruke, bavyiganire abana babo+,

  • Zaburi 145:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,

      Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.

  • Abanyefeso 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Namwe ba se, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera+ mu kubatoza indero+ no mu kuyobora ivyiyumviro+ vyabo nk’uko Yehova yashinze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika