Guharura 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+? Ivyakozwe 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?
13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?
27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?