Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+? Zakariya 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”
4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+?
23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”