Abalewi 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda. Abanyefeso 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.
10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda.
12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.