Kuvayo 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Musa na Aroni bakora nk’uko Yehova yari yabategetse+. Bakora kuno nyene+. Kuvayo 39:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene. Gusubira mu vyagezwe 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.
32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene.
32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.