18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’”