Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Zaburi 105:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kuko yibutse ijambo ryiwe ryeranda yavuganye na Aburahamu umusavyi wiwe+.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: