Guharura 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Icugurura igitereko+ cose, c’ubwoko bwose bw’umubiri, ico bazoshikiriza Yehova, co mu bantu no mu bikoko, kize kibe rwawe. Ariko ntuze ubure gucungura imfura y’abantu+; kandi uze ucungure imfura y’igikoko gihumanye+.
15 “Icugurura igitereko+ cose, c’ubwoko bwose bw’umubiri, ico bazoshikiriza Yehova, co mu bantu no mu bikoko, kize kibe rwawe. Ariko ntuze ubure gucungura imfura y’abantu+; kandi uze ucungure imfura y’igikoko gihumanye+.