Kuvayo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.” Yuda 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.
6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.”
5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.