Kuvayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye+. Hagarare mushikamye maze mubone ubukiriro bwa Yehova, ubwo agira ashitse uno musi ku bwanyu+. Kuko abo Banyamisiri mubona uno musi mutazokwongera kubabona, emwe, habe na rimwe+. Zaburi 106:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amazi atangura gupfuka abarwanizi babo+;Ntihasigara n’umwe+. Zaburi 136:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Agakunkumurira Farawo n’inteko ziwe za gisirikare mu kiyaga Gitukura+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
13 Maze Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye+. Hagarare mushikamye maze mubone ubukiriro bwa Yehova, ubwo agira ashitse uno musi ku bwanyu+. Kuko abo Banyamisiri mubona uno musi mutazokwongera kubabona, emwe, habe na rimwe+.
15 Agakunkumurira Farawo n’inteko ziwe za gisirikare mu kiyaga Gitukura+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;