Yosuwa 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Na bo batangura kuririra Yehova+. Nuko ashira umwiza hagati yanyu n’Abanyamisiri+ hanyuma azana ikiyaga kuri bo arabapfuka+, kandi amaso yanyu yarabonye ivyo nakoreye mu Misiri+; hanyuma muba mu gahinga imisi myinshi+.
7 Na bo batangura kuririra Yehova+. Nuko ashira umwiza hagati yanyu n’Abanyamisiri+ hanyuma azana ikiyaga kuri bo arabapfuka+, kandi amaso yanyu yarabonye ivyo nakoreye mu Misiri+; hanyuma muba mu gahinga imisi myinshi+.