Kuvayo 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amaherezo bene Isirayeli baca hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+, mu gihe amazi yari ababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+.
22 Amaherezo bene Isirayeli baca hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+, mu gihe amazi yari ababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+.