2 Abami 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze arasohoka aja kw’isôko ry’amazi hanyuma aritereramwo uwo munyu+ araheza avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aya mazi ndayagize meza+. Ntazosubira guteza urupfu canke gutuma inda zikoroka.’”
21 Maze arasohoka aja kw’isôko ry’amazi hanyuma aritereramwo uwo munyu+ araheza avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aya mazi ndayagize meza+. Ntazosubira guteza urupfu canke gutuma inda zikoroka.’”