Abalewi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+, Gusubira mu vyagezwe 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Kandi niwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe mu kuba maso ugashitsa amabwirizwa yiwe yose ndagutegetse uno musi+, Yehova Imana yawe rero ntazobura kugushira hejuru y’ayandi mahanga yo kw’isi+. 1 Yohani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,
3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+,
28 “Kandi niwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe mu kuba maso ugashitsa amabwirizwa yiwe yose ndagutegetse uno musi+, Yehova Imana yawe rero ntazobura kugushira hejuru y’ayandi mahanga yo kw’isi+.
3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,