Kuvayo 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi mutegerezwa gukorera Yehova Imana yanyu+; na we ntazobura guhezagira umukate wawe n’amazi yawe+; kandi koko nzokwigiza kure indwara zive hagati muri wewe+. Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+,
25 Kandi mutegerezwa gukorera Yehova Imana yanyu+; na we ntazobura guhezagira umukate wawe n’amazi yawe+; kandi koko nzokwigiza kure indwara zive hagati muri wewe+.