Kuvayo 32:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko, Musa agishika hafi y’ikambi akabona ya nyana+ n’intambo, ishavu ryiwe ritangura kururumba, ubwo nyene aca ata hasi vya bisate vyari mu kuboko kwiwe, abisabiriza ku ntango y’umusozi+. Guharura 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Musa aca arashavura cane, abwira Yehova ati: “Ntuhindukire ngo urabe ishikanwa ryabo ry’intete+. Nta ndogobwa y’ingabo n’imwe nabatwaye, canke ngo ngirire nabi n’umwe muri bo+.” Abanyefeso 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Murake, yamara ntimucumure+; izuba ntirirenge mugishavuye+,
19 Nuko, Musa agishika hafi y’ikambi akabona ya nyana+ n’intambo, ishavu ryiwe ritangura kururumba, ubwo nyene aca ata hasi vya bisate vyari mu kuboko kwiwe, abisabiriza ku ntango y’umusozi+.
15 Musa aca arashavura cane, abwira Yehova ati: “Ntuhindukire ngo urabe ishikanwa ryabo ry’intete+. Nta ndogobwa y’ingabo n’imwe nabatwaye, canke ngo ngirire nabi n’umwe muri bo+.”