66Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
49 ngo: ‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami+, isi na yo ikaba intebe y’ibirenge vyanje+. Ni inzu bwoko ki muzonyubakira?, ni ko Yehova avuga. Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo ni ikihe+?