Gusubira mu vyagezwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire. Gusubira mu vyagezwe 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+. Gusubira mu vyagezwe 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;
5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire.
5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.
6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;