Kuvayo 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma ikoraniro ryose rya bene Isirayeli riva mu gahinga ka Sini+ intambwe ku yindi, izo bagize hisunzwe itegeko rya Yehova+, baraheza bakambika i Refidimu+. Ariko aho nta mazi yariho abantu bonywa.
17 Hanyuma ikoraniro ryose rya bene Isirayeli riva mu gahinga ka Sini+ intambwe ku yindi, izo bagize hisunzwe itegeko rya Yehova+, baraheza bakambika i Refidimu+. Ariko aho nta mazi yariho abantu bonywa.