11 Nk’uko inkona ikomanga icari cayo,
Ikārāra hejuru y’ivyana vyayo+,
Igasanza amababa yayo, ikabitora,
Ikabitwara ku vyubi vyayo+,
-
Yesaya 63:9
Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.