36 Yarakwumvishije ijwi ryiwe ari mu majuru kugira agukosore; kw’isi na ho yarakweretse umuriro wiwe ukomeye, kandi warumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+.
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.