ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 n’Umuyebusi+ n’Umwamori+ n’Umugirugashi

  • Kuvayo 33:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi nzotuma umumarayika akuje imbere+ nirukane Abanyakanani, Abamori, Abaheti n’Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+:

  • Gusubira mu vyagezwe 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+.

  • Yosuwa 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hanyuma Yosuwa avuga ati: “Iki ni co muzomenyerako yuko Imana nzima iri hagati muri mwebwe+, be n’uko izokwirukana ata kabuza imbere yanyu Abanyakanani n’Abaheti n’Abahiwi n’Abaperizi n’Abagirugashi n’Abamori n’Abayebusi+.

  • Nehemiya 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Wasanze umutima wiwe ari uwizigirwa imbere yawe+; nuko ugirana isezerano+ na we ryo kumuha igihugu c’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abayebusi n’Abagirugashi, ryo kugiha uruvyaro rwiwe+; kandi warashikije amajambo yawe, kuko ugororotse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika