-
1 Abami 19:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Mugabo rivuga riti: “Sohoka, uhagarare ku musozi imbere ya Yehova+.” Maze ehe, Yehova yariko ararengana+; umuyaga uhambaye kandi ukomeye wariko usatagura imisozi wongera umenagura ibitare imbere ya Yehova+. (Yehova ntiyari muri uwo muyaga.) Inyuma y’uwo muyaga haba ukunyiganyiga kw’isi+. (Yehova ntiyari muri ukwo kunyiganyiga kw’isi.)
-