Abalewi 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umuriro uca urasohoka uvuye imbere ya Yehova, urabayigiza+, bapfira imbere ya Yehova+. 1 Ngoma 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Uza ku buryo amugarika, kuko yari atumye ukuboko kuri nya Sandugu+, apfira ng’aho nyene imbere y’Imana+. Ivyakozwe 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ananiya yumvise ayo majambo aca agwa hasi, aracikana+. Maze ubwoba bwinshi+ butekera abavyumvise bose.
10 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Uza ku buryo amugarika, kuko yari atumye ukuboko kuri nya Sandugu+, apfira ng’aho nyene imbere y’Imana+.
5 Ananiya yumvise ayo majambo aca agwa hasi, aracikana+. Maze ubwoba bwinshi+ butekera abavyumvise bose.