Gusubira mu vyagezwe 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Yamara uracariho, kuko yakunze ba sogokuruza bawe ku buryo yatoranije uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, akakuzana agukuye mu Misiri ijisho ryiwe riri kuri wewe, biciye ku bubasha bwiwe bukomeye+, Gusubira mu vyagezwe 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mugabo nkagirira ubuntu bwuzuye urukundo iyaruka rigira igihumbi ku bankunda bakagumya amabwirizwa yanje+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo. Abaroma 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ego ni ko, ku bijanye n’inkuru nziza ni abansi ku bwanyu+, mugabo ku bijanye n’ugutora kw’Imana ni abakundwa ku bwa ba sogokuruza babo+.
37 “Yamara uracariho, kuko yakunze ba sogokuruza bawe ku buryo yatoranije uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, akakuzana agukuye mu Misiri ijisho ryiwe riri kuri wewe, biciye ku bubasha bwiwe bukomeye+,
10 mugabo nkagirira ubuntu bwuzuye urukundo iyaruka rigira igihumbi ku bankunda bakagumya amabwirizwa yanje+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
28 Ego ni ko, ku bijanye n’inkuru nziza ni abansi ku bwanyu+, mugabo ku bijanye n’ugutora kw’Imana ni abakundwa ku bwa ba sogokuruza babo+.