Abalewi 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi ntugashingire intahe ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Gusubira mu vyagezwe 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu gihe icabona gitegura gukora ivy’ubukazi cohagurukira umuntu ngo kimuremeke ikirego c’umugararizo+, Zaburi 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+.
16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.
16 Mu gihe icabona gitegura gukora ivy’ubukazi cohagurukira umuntu ngo kimuremeke ikirego c’umugararizo+,
3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+.