Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+. Abaheburayo 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ico mwegereye atari igishobora gukorakorwa+ kandi catongojwe umuriro+, be n’igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+,
16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
18 Kuko ico mwegereye atari igishobora gukorakorwa+ kandi catongojwe umuriro+, be n’igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+,